Ivyakozwe 11:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Mpwemu Yera ambarira ko nojana na bo ntakekeranije. Aba bene Data batandatu baramperekeje i Kayisariya, maze twese twinjira kwa Koruneliyo, Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Mpwemu ambarira kujana na bo, ata tandukaniro. Kandi na bene Data aba, ukw ari batandatu, turajana, twinjira mu nzu y’uwo mugabo. Faic an caibideil |