Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyakozwe 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Nuko ababwira ivyabaye vyose aca abatuma i Yopa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 ahejeje kubīgānira vyose, abatuma i Yopa.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyakozwe 10:8
11 Iomraidhean Croise  

Petero akiriko ariyumvira insobanuro y’ivyo yeretswe, ba bantu bavuye kwa Koruneliyo baba barashitse kuri ya nzu ya Simoni, bahagarara kw’irembo.


Ni ko guca ndagutumako ubwo nyene, kandi wagize neza kuza. None rero ubu twese turi hano imbere y’Imana kugira ngo twumve ivyo Imana yagutumye kutubwira vyose.”


Wa mumarayika baganira amaze kugenda, Koruneliyo aca ahamagara babiri mu bakozi bari kumwe n’umusoda yubaha Imana, yari umwe mu bamugendanira.


None rero Mwami Agiripa, numviye ivyo neretswe bivuye mw’ijuru.


Kandi i Yopa hari imwigishwa yitwa Tabita (mu Kigiriki ryasobanura Dorukasi, ni ukuvuga Ingeregere), yama akora ibikorwa vyiza, afasha abakene.


Kubera i Luda n’i Yopa hari hegeranye, abigishwa b’i Yopa bumvise ko Petero ari i Luda, bamutumako abagabo babiri bati: “Turakwinginze ushike iwacu udatevye.”


Maze iyo nkuru ica yamamara i Yopa hose, kandi abantu benshi bizera Umwami Yesu.


Petero aca amara imisi myinshi i Yopa kwa Simoni, yakora ivyo gutunganya insato.


kumpishurira Umwana wayo kugira ngo nanje ndamumenyekanishe mu Banyamahanga; kandi ivyo bibaye, sinagishije inama umuntu n’umwe,


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan