Ivyakozwe 1:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Bakirangamije mu kirere baraba ingene aduga, haboneka abagabo babiri bambaye amakanzu yera, bahagarara i ruhande yabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Bagihanze amaso mw ijuru akigenda, abagabo babiri bambaye impuzu zera bahagarara i ruhande yabo; Faic an caibideil |