Ivyahishuwe 9:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mu bikiriza zari zambaye ivyuma vyo kuzikingira, kandi amababa yazo yavuza urwamo nk’urw’imikogote myinshi ikwegwa n’amafarasi aja ku rugamba. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi zari zifise ibikīngira ibikiriza, bimeze nk’ivyuma, guhinda kw’amababa yazo kwari kumeze nk’uguhinda kw’imikogote ikwegwa n’amafarasi menshi yiruka ija mu ntambara. Faic an caibideil |