Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyahishuwe 9:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Muri iyo misi abantu bazorondera urupfu ariko ntibarubone; bazokwipfuza gupfa, ariko urupfu ruzobahunga.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Mur’ iyo misi abantu bazoba barondera urupfu, ariko ntibazorubona na gatoya; bazoba bifuza gupfa, urupfu rubahunge.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyahishuwe 9:6
9 Iomraidhean Croise  

Hanyuma ‘bazobwira imisozi bati: “Tugweko!” n’imitumba bati: “Tunyegeze!” ’


Bahamagara imisozi n’ibitandara vy’amabuye bavuga bati: “Nimutugweko muduhishe amaso y’uwicaye ku ntebe y’inganji, n’uburake bw’Umwagazi w’intama,


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan