Ivyahishuwe 9:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Nuko nca mbwirwa ko igitigiri c’abasoda bagwanira ku mafarasi kingana imiliyoni amajana abiri. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Igitigiri c’ingabo z’abarwanira ku mafarasi car’ ibihumbi amajana igihumbi kabiri: igitigiri cabo naracumvise. Faic an caibideil |