Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyahishuwe 9:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Umumarayika wa gatandatu avugije inzamba yiwe, nca numva ijwi rivuye mu mahembe ane y’inzahabu ari ku gicaniro kiri imbere y’Imana,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Umumarayika wa gatandatu aravuza: numva ijwi riva ku mahembe ane y’igicaniro c’izahabu kir’ imbere y’Imana,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyahishuwe 9:13
7 Iomraidhean Croise  

Kandi ko dufise Umuherezi Mukuru aganza inzu y’Imana,


Kuko Kristo atinjiye Ahera h’Ahera hubatswe n’amaboko y’abantu, na kare ihema ryubatswe n’abantu ryari ikigereranyo c’ihema nyakuri riri mw’ijuru. Ahubwo yinjiye mw’ijuru ubwaryo kugira ngo aduserukire imbere y’Imana.


Nca mbona ba bamarayika indwi bahagaze imbere y’Imana bahawe inzamba indwi.


Umumarayika wa gatanu avugije inzamba yiwe, nca mbona inyenyeri ikorokeye hasi ivuye kw’ijuru. Iyo nyenyeri ica ihabwa urupfunguruzo rw’icobo kijana i kuzimu.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan