Ivyahishuwe 9:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Umwami wazo yari umumarayika w’i kuzimu, izina ryiwe mu Giheburayo ni Abadoni, mu Kigiriki ni Apoluwoni, bisigura Umuranduzi. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Zifise umwami wazo, ni we mumarayika w’i kuzimu, mu Giheburayo yitwa Abadoni, mu Kigiriki yitwa Apoluwoni. Faic an caibideil |