Ivyahishuwe 8:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Haca haza uwundi mumarayika afise ico gutuririramwo ibimota neza gikozwe mu nzahabu, ahagarara imbere y’igicaniro; aca ahabwa ibimota neza vyinshi abivanga n’amasengesho y’abera kugira ngo abitange ku gicaniro gikozwe mu nzahabu cari imbere y’intebe y’inganji. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Haza umumarayika wundi, ahagarara ku gicaniro, afise icotero c’izahabu, ahabga imibavu myinshi ngw ayishire ku gusenga kw’abera bose kuri ku gicaniro c’izahabu kir’ imbere y’iyo ntebe. Faic an caibideil |
Muri ico kibanza harimwo igicaniro gikozwe mu nzahabu baturirirako ibimota neza hamwe n’isandugu ry’isezerano, ryari rirengejeko inzahabu impande zose. Muri iryo sandugu harimwo ibakure ry’inzahabu ririmwo manu, ya nkoni ya Aroni yamerako amababi hamwe na vya bisate vy’amabuye y’isezerano yanditsweko ivyagezwe.