Ivyahishuwe 8:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Izina ry’ico kinyenyeri ni Mururazi. Maze ica gatatu c’amazi yose aca ahinduka umururazi, kandi abantu benshi banyoye ayo mazi y’umururazi barapfa. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Iyo nyenyeri yitwa Mururazi. Ikigira gatatu c’amazi gihinduka umururazi, abantu benshi bicwa n’ayo mazi, kuko yarurishijwe. Faic an caibideil |