Ivyahishuwe 7:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 mu wa Zabuloni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Yosefu bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Benyamini bari ibihumbi cumi na bibiri. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Abo mu muryango wa Zebuloni n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Yosefu n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Benyamini bādomwekw ikimenyetso n’ibihumbi cumi na bibiri. Faic an caibideil |