Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyahishuwe 7:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 mu wa Asheri bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Nafutali bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Manase bari ibihumbi cumi na bibiri,

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abo mu muryango wa Asheri n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Nafutali n’ibihumbi cumi na bibiri: Abo mu muryango wa Manase n’ibihumbi cumi na bibiri:

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyahishuwe 7:6
3 Iomraidhean Croise  

Kandi hariho n’uwavugishwa n’Imana yitwa Hana, mwene Fanuweli, wo mu muryango wa Asheri, yari ashaje cane. Yabanye n’umugabo wiwe imyaka indwi gusa,


Mu muryango wa Yuda bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Reyubeni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Gadi bari ibihumbi cumi na bibiri,


mu wa Simeyoni bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Lewi bari ibihumbi cumi na bibiri, mu wa Isakari bari ibihumbi cumi na bibiri,


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan