Ivyahishuwe 7:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Baca basemerera n’ijwi rirenga bati: Agakiza ni ak’Imana yacu, yicaye ku ntebe y’inganji, n’Umwagazi w’intama. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 basemerera n’ijwi rirenga, bat’ Agakiza n’ak’ Imana yacu ivyagiye kur’ irya ntebe n’ak’ Umwagazi w’Intama. Faic an caibideil |