Ivyahishuwe 6:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ndavye imbere yanje nca mbona ifarasi yera. Uwayigenderako yari afise umuheto, hanyuma ahabwa urugori, aca ayigenderako nk’uwanesheje kandi agiye kunesha. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Mbona ifarasi y’igitare, kand’ ūyicayeko yar’ afise umuheto, ahabga igitsibo, agenda anesha, kandi ngo yame anesha. Faic an caibideil |