Ivyahishuwe 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Nongeye kuraba kandi, nca numva amajwi y’abamarayika ibihumbi n’ibihumbi bakikuje ya ntebe y’inganji, n’aya vya binyabugingo, na ba bashingantahe, Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ndarāba, numva ijwi ry’abamarayika benshi bakikije ya ntebe na vya binyabugingo na ba bakuru: igitigiri cabo car’ amasinzi n’amasinzi, n’ibihumbi n’ibihumbi. Faic an caibideil |