Ivyahishuwe 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ako kanya nyene, ndi muri Mpwemu, mbona intebe y’inganji mw’ijuru, mbona n’uwuyicayeko. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ako kanya mba muri Mpwemu: kandi mbona intebe iteretse mw ijuru, mbona n’Ūyivyagiyeko. Faic an caibideil |