Ivyahishuwe 3:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ehe, nzozana abo mw’isinagogi rya Satani biyita Abayuda kandi atari bo, bapfukame imbere yawe, bamenye ko ndagukunda. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ehe nguhaye bamwe bo mw isinagogi ya Satani, biyita Abayuda, atari bo, ariko babesha; ehe nzobagōbēra kuza, bikubite imbere y’ibirenge vyawe, bamenye yuko nagukunze. Faic an caibideil |