Ivyahishuwe 3:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kanguka ukomeze ivyo usigaranye bigikomeye ariko bigiye gupfa, kuko ibikorwa vyawe bidatunganye imbere y’Imana. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Gira ube maso, ukomeze ibisigaye bigira bipfe: kukw ata bikorwa vyawe nabonye bisozerewe imbere y’Imana yanje. Faic an caibideil |