Ivyahishuwe 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Ndazi ibikorwa vyawe. Ndazi ko udakonje kandi utabize. Ese iyo ukonja canke ukabira! Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ngo Ndazi ibikorwa vyawe, yuk’ udakonje kandi ntubire. Icompa ugakonja cank’ ukabira! Faic an caibideil |