Ivyahishuwe 22:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nta muvumo uzobayo, kuko intebe y’inganji y’Imana n’iy’Umwagazi w’intama zizoba ziri muri ico gisagara, kandi abakozi bayo bazoyisenga. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Nta muvumo uzoba ukiriho. Intebe y’Imana na wa Mwagazi izoba muri wa murwa, abagurano bayo bazokwama bashashe, Faic an caibideil |