Ivyahishuwe 21:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ico gisagara cakayangana ubwiza bw’Imana kandi imishwarara yaco yari imeze nk’iy’akabuye k’igiciro kitwa Yasipi, kibonerana nk’ikiyo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 ufise ubgiza bg’Imana. Ugukayangana kwawo gusa n’ukw’ ibuye ry’akabuyenge ry’igiciro kinini cane, nk’akabuyenge kitwa yasipi, kabonerana nk’icirore, Faic an caibideil |