Ivyahishuwe 20:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 (Abapfuye bandi ntibasubiye kuzuka iyo myaka igihumbi idaheze.) Iri ni ryo zuka rya mbere. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Abapfuye bandi ntibaba bazima iyo myaka igihumbi itarashira. Ukwo ni kwo kuzuka kwa mbere. Faic an caibideil |