Ivyahishuwe 20:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Aca afata ca gisato, ari co kiyoka ca kera, ari we wa mubi canke Satani, arakiboha, kimara imyaka igihumbi kiboshe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Afata ca gisato, ni co ya nzoka ya mbere, ni yo Murwanizi irindi ni Satani, akiboha ngo kimare imyaka igihumbi, Faic an caibideil |