Ivyahishuwe 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Simuruna uti: Uwa mbere akaba n’uwa nyuma, uwapfuye akazuka, aravuga ati. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kandi wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Simuruna, ut’ Uwa mbere kand’ uw’ iherezo, uwari yarapfuye kand’ akaba muzima, aravuga ibi, Faic an caibideil |