Ivyahishuwe 2:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Niwibuke aho wavuye ukagwa, maze wihane, usubire ukore ibikorwa wakora ubwa mbere. Niyo utihana, nzoza nkure igiterekwako itara cawe mu kibanza caco. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Nuko ni wibuke aho wavuye ukagwa; wihane, ukore ibikorwa nk’ivya mbere. N’utagira urtyo, nzoza kuri wewe nkūre igiterekwakw itara cawe ahantu haco, shiti wihannye. Faic an caibideil |