Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyahishuwe 2:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ariko ico nkugaya ni uko watakaje urukundo rwawe rwa mbere.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ariko mfise ico nkugayako, yuko waretse urukundo rwawe rwa mbere.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyahishuwe 2:4
11 Iomraidhean Croise  

Za nkumi zose ziravyuka zitunganya amatara yazo.


Ico nsengera ni uko urukundo rwanyu rworushiriza kugwira, kandi mugakomeza kwunguka ubwenge n’ugutahura,


Bene Data, birabereye ko dushima Imana ku bwanyu, kuko ukwizera kwanyu kubandanya gukomera, kandi n’urukundo mugiriranira hagati yanyu na rwo rukaba ruguma rugwira.


Ariko ico nkugaya ni uko hari bamwe muri mwebwe bagikurikira inyigisho za Balamu, uwatumye Balaki kugwisha Abisirayeli mu vyaha, bakarya ivyaterekerewe ibigirwamana bagakora n’ivyaha vy’ubusambanyi.


Ariko ico nkugaya ni uko waretse uwo mugore Yezebeli yiyita umuvugishwa, akazimiza abantu banje, akabajana mu busambanyi no mu kurya ivyaterekerewe ibigirwamana.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan