Ivyahishuwe 2:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Namuhaye umwanya ukwiye ngo yihane ariko ntagomba kuva mu ngeso ziwe z’ubusambanyi. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Kandi namuhaye uburyo bgo kwihana, ntiyakunda kwihana ngw areke ubushakanyi bgiwe. Faic an caibideil |