Ivyahishuwe 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 None rero niwihane. Ahandi ho nzoza vuba kukugwanya nitwaje inkota yo mu kanwa kanje. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Nuko rero ni wihane: n’utihana nzoza kuri wewe vuba, kand’ abo nzobarwanya, mbakubite inkota yo mu kanwa kanje. Faic an caibideil |