Ivyahishuwe 18:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Inyuma y’ivyo nca mbona uwundi mumarayika yururuka ava mw’ijuru. Yari afise ubushobozi bwinshi kandi isi yari imurikiwe n’ugukayangana kwiwe. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Hanyuma y’ivyo mbona umumarayika wundi, amanuka avuye mw ijuru, afise ubutware buhambaye, isi ibonesherezwa n’ubgiza bgiwe. Faic an caibideil |