Ivyahishuwe 16:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Abantu bose baturirwa n’ubushuhe buteye ubwoba; baca batuka izina ry’Imana yo ifise ububasha kuri ivyo vyago. Ariko ntibihana ivyaha vyabo ngo bagaruke ku Mana bayihe icubahiro. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Abantu bababurwa n’indugumba nyinshi, barogota kw izina ry’Imana igaba ivyo vyago, ntibihana ngo bayihimbaze. Faic an caibideil |