Ivyahishuwe 16:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Uwa kabiri asuka ivyari mu rwavya rwiwe ku kiyaga, gica gihinduka nk’amaraso y’umuntu yapfuye. Ivyaba mu kiyaga vyose bica birapfa. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Uwa kabiri asuka urwavya rwiwe mu kiyaga, gicika amaraso nk’ay’ ūpfuye: ikintu cose co mu kiyaga kiri n’ubugingo kirapfa. Faic an caibideil |