Ivyahishuwe 16:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Umumarayika wa gatandatu na we asuka ivyari mu rwavya rwiwe mu ruzi runini Efurata, amazi yarwo aca arakama, kugira ngo abami bo mu buseruko baronke aho bacisha ingabo zabo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Uwa gatandatu asuka urwavya rwiwe mu ruzi runini Efurate. Amazi yarwo arakama, kugira ngw inzira y’abami bava i burasirazuba yitegurwe. Faic an caibideil |