Ivyahishuwe 16:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 batuka Imana yo mw’ijuru kubera imibabaro yabo n’ibisebe vyabo, ariko ntibihana ivyaha bakoze ngo bagaruke ku Mana. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 kand’ uburibge bgabo n’ibisebe vyabo bituma barogota ku Mana Nyen’ ijuru, kandi ntibihana ngo bareke ibikorwa vyabo. Faic an caibideil |