Ivyahishuwe 16:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Umumarayika wa gatanu na we asuka ivyari mu rwavya rwiwe ku ntebe y’inganji ya ca gikoko, ubwami bwaco buca bwuzura umwijima. Ababubamwo bihekenya indimi kubera imibabaro barimwo, Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Uwa gatanu asuka urwavya rwiwe ku ntebe y’ubgami ya ca gikōko. Ubgami bgaco bucura umwiza, uburibge butuma bahekenya indimi zabo, Faic an caibideil |