Ivyahishuwe 13:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Abantu bose basenga ca gisato kuko cahaye ububasha ico gikoko, basenga na ca gikoko bavuga bati: “Ni nde ahwanye n’ico gikoko? Ni nde yokigwanya akakinesha?” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Batazira ico gisato bagisenga, kuko cahaye ico gikōko ububasha bgaco; batazira na kino gikōko bagisenga, bati Ni nde ahwanye n’iki gikōko, kandi ni nde ashobora kukirwanya? Faic an caibideil |