Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Ivyahishuwe 13:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Gica gikora ibimenyetso n’ibitangaza bihambaye, mbere kikamanura n’umuriro ukava kw’ijuru ugakorokera kw’isi abantu bose barorera.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kandi gikora ibimenyetso bihambaye, kimanura umuriro uva mw ijuru utibukira kw isi mu maso y’abantu.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Ivyahishuwe 13:13
20 Iomraidhean Croise  

Abafarisayo n’Abasadukayo baza aho Yesu ari bazanywe no kumugeza, bamusaba ngo abereke ikimenyetso kivuye mw’ijuru cerekana ububasha bwiwe.


Kuko abiyita Kristo n’abavugishwa b’ibinyoma bazoza ari benshi, bakore ibimenyetso n’ibitangaza kugira ngo bishobotse bazimize n’abatoranijwe.


Kuko abiyita Kristo n’abavugishwa b’ibinyoma bazoza ari benshi, bakore ibimenyetso n’ibitangaza kugira ngo bishobotse bazimize n’abatoranijwe.


Nk’uko Yane na Yambure bagwanije Mose, ni ko n’abo bantu bagwanya ukuri. Ubwenge bwabo bwarapfuye, kandi ukwizera kwabo ni ukw’ubusa.


Nihagira uwugerageza kubakorera ikibi, umuriro uzova mu kanwa kabo uturire abansi babo. Uko ni ko uwuzogerageza kubakorera ikibi azopfa.


Izo ni impwemu z’abadayimoni zikora ibitangaza n’ibimenyetso, zikaja ku bami bo kw’isi yose, kugira ngo zibakoranirize ku rugamba ku musi uhambaye w’Imana Mushoboravyose.


Ariko ca gikoko gica gifatwa mpiri hamwe na wa muvugishwa w’ibinyoma yakora ibitangaza mw’izina ryaco. Ivyo bitangaza ni vyo cahendesha bamwe bashirwako ikimenyetso caco, bagasenga n’igishushanyo caco. Ca gikoko na wa muvugishwa w’ibinyoma baca batererwa mu kiyaga caka umuriro.


Nuko ndababona bagendagenda isi yose, bakikuza ikibanza abera b’Imana barimwo n’igisagara Imana ikunda. Ariko umuriro uramanuka uvuye mw’ijuru, urabarigita.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan