Ivyahishuwe 12:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Maze haduka intambara mw’ijuru. Mikayeli n’abamarayika biwe bagwanya ca gisato. Ca gisato na co n’abamarayika baco barabagwanya. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Mw ijuru havyuka intambara. Mikayeli n’abamarayika biwe barwanya ca gisato: igisato kirwanana n’abamarayika baco. Faic an caibideil |