Ivyahishuwe 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Wa mugore aca ahungira mu bugararwa aho Imana yamuteguriye ngo amare imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu agaburirirwaho. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Umugore ahungira mu bugaragwa, ah’ afise ahantu yateguriwe n’Imana, kugira ngo bamugaburirireyo imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongwitandatu. Faic an caibideil |