Ivyahishuwe 12:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Uwo mugore aca avyara umwana w’umuhungu, kandi uwo azotwazanya umukazo amahanga. Uwo mwana aca arasahurwa ajanwa mw’ijuru ku Mana, hafi y’intebe y’inganji yayo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Avyara umwana w’umuhungu, ni we azoragiza amahanga inkoni y’icuma. Umwana wiwe arasahurwa, ajanwa ku Mana no ku ntebe yayo. Faic an caibideil |