Ivyahishuwe 11:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Imivyimba yabo izorambikwa kw’ibarabara rya ca gisagara gikuru, kimwe mu mpwemu kigereranywa na Sodomu canke na Egiputa, ico Umwami wabo yabambwemwo. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Imivyimba yabo izogangarara mw ibarabara ryo mu gisagara kinini, ni co mu buryo bg’impwemu citwa Sodomu na Egiputa, kandi ni ho Umwami wabo yabambge. Faic an caibideil |