Ivyahishuwe 11:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nihagira uwugerageza kubakorera ikibi, umuriro uzova mu kanwa kabo uturire abansi babo. Uko ni ko uwuzogerageza kubakorera ikibi azopfa. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kand’ iy’ umuntu agomvye kubagirira nabi umuriro ubava mu kanwa, ugaturira abansi babo: kand’ umuntu ni yagomba kubagirira nabi uko ni kw akwiye kwicwa. Faic an caibideil |