Ivyahishuwe 11:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Abazoba baba kw’isi bose bazonezerezwa n’urupfu rwabo, bagire imisi mikuru. Bazohana utuganuke bigina urupfu rw’abo bavugishwa bahora batera ivyago ababa kw’isi. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Abari mw isi bazonezerwa, bazobītamba ku muvyimba, barungikiranire amashimwe, kukw abo bavugishwa n’Imana bātoneka abari mw isi. Faic an caibideil |