Ivyahishuwe 10:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Nca ndagenda ndamusaba ngo ampe uwo muzingo mutoya w’igitabu. Aca ambwira ati: “Wakire uwurye. Uzokubera umururazi mu nda, ariko mu kanwa uzogusosera nk’ubuki.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Nja ah’ uwo mumarayika ari, ndamubgira kumpa ako gatabo. Arambarira, at’ Enda ugatsontsomere, karakururira mu nda, ariko mu kanwa karagusosera nk’ubūki. Faic an caibideil |