Ivyahishuwe 10:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Rya jwi nari numvise rimvugisha rivuye mw’ijuru, rica rirasubira rimbarira riti: “Genda wakire urya muzingo mutoya w’igitabu wuguruye mu minwe y’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga n’i musozi.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Rya jwi numvise rivuye mw ijuru nongera kuryumva rimbarira, riti Genda wābīre igitabo kizinguruye kiri mu kuboko kw’ umumarayika, ahagaze ku kiyaga n’i musozi. Faic an caibideil |