Ivyahishuwe 10:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ariko umumarayika w’indwi niyavuza inzamba yiwe, imigambi ihishijwe y’Imana izoca ishitswa, nk’uko yayimenyesheje abakozi bayo ari bo bavugishwa na yo.” Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ariko mu misi y’ijwi ry’umumarayika w’indwi, ah’ azoba agira avuze inzamba, ni ho ibanga ry’Imana rizoba riheraherejwe, nk’uko yabariye abasavyi bayo ubutumwa bgiza, ni bo bavugishwa na yo. Faic an caibideil |