Ivyahishuwe 10:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Nuko nakira wa muzingo mutoya w’igitabu ndawukuye mu kiganza ca wa mumarayika, nca ndawurya. Mu kanwa wasosa nk’ubuki, ariko maze kuwumira, uca ucika umururazi mu nda. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Nābīra ako gatabo, ngakūra mu kuboko kw’umumarayika, ndagatsontsomera; mu kanwa kansosera nk’ubūki; mmaze kukarya mu nda hacika umururazi. Faic an caibideil |