Ivyahishuwe 1:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ndi Uwuriho; nari narapfuye none ndi muzima ibihe vyose. Kandi mfise urupfunguruzo rw’urupfu na kuzimu. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 kandi ndi muzima; nari narapfuye, kandi rāba mpora ndi muzima ibihe bitazoshira, mfise impfunguzo z’urupfu n’iz’ i kuzimu. Faic an caibideil |