Ivyahishuwe 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 kandi hagati muri vyo hari hahagaze uwusa n’Umwana w’Umuntu, yambaye ikanzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 kandi hagati y’ivyo biterekwakw amatara mbona uwusa n’Umwana w’umuntu, yambaye imyambaro ishika ku birenge, yambaye mu gikiriza umukanda w’izahabu. Faic an caibideil |