Filipi 4:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka. Faic an caibideilBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mu gusenga no mu kwinginga bifatanije no gukenguruka. Faic an caibideil |