Biblia Todo Logo
Bìoball air-loidhne

- Sanasan -




Filipi 4:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 kuko n’igihe nari i Tesalonike, mwagumye mundungikira ivyo nari nkeneye.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kuko n’i Tesalonike na ho mwandungikiyeyo ivyo kummara ubukene si rimwe ni kabiri kose.

Faic an caibideil Dèan lethbhreac




Filipi 4:16
4 Iomraidhean Croise  

Maze Pawulo na Silasi baca muri Amfipoli na Apoloniya, bashika i Tesalonike, ahari isinagogi y’Abayuda.


Twaripfuje kuza iwanyu, kandi jewe Pawulo navyipfuje kenshi, ariko Satani aradutangira.


Nta nkeka, bene Data, ko mwibuka uburuhe n’ukubabazwa vyacu; ingene twakora ijoro n’umurango kugira ngo ntihagire umuntu n’umwe turemera igihe twariko tubabwira Ubutumwa Bwiza bw’Imana.


Abantu bacu bakwiye kwiga kwitangira ibikorwa vyiza, kugira ngo bashobore gufasha mu bikenewe, ubuzima bwabo ntibube ubutagira ikimazi.


Lean sinn:

Sanasan


Sanasan